Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 103:1 Bibiliya y’isi nshasha 103 Mutima wanje, hezagira Yehova+,Nawe ikiri muri jewe cose, hezagira izina ryiwe ryeranda+.