Matayo 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze ikimenyetso c’Umwana w’umuntu+ kizoboneka mw’ijuru, maze imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza iboroga+, kandi bazobona Umwana w’umuntu aza ku bicu vyo kw’ijuru ari n’ububasha be n’ubuninahazwa bwinshi+. Mariko 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze bazobona Umwana w’umuntu+ aza mu bicu ari n’ububasha be n’ubuninahazwa bwinshi+. 1 Abakorinto 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo ntimuhombe ingabirano+ n’imwe, mu gihe murindiranye igishika ihishurwa+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu. Abakolosayi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kristu we buzima bwacu+ niyahishurwa, ni ho namwe muzohishuranwa+ na we mu buninahazwa+. 2 Abatesalonika 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mugabo mwebwe abatezwa amakuba ikabaronsa ukuruhurirwa hamwe natwe igihe c’ihishurwa+ ry’Umukama Yezu avuye mw’ijuru ari kumwe n’abamarayika biwe b’ububasha+ 2 Abatesalonika 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni ho vy’ukuri nya mugarariji azohishurwa, uwo Umukama Yezu azokuzaho impwemu yo mu kanwa kiwe+ akamuhinduza ubusa ukwigaragaza+ kw’ukuhaba kwiwe+. Ivyahishuwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.
30 Maze ikimenyetso c’Umwana w’umuntu+ kizoboneka mw’ijuru, maze imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza iboroga+, kandi bazobona Umwana w’umuntu aza ku bicu vyo kw’ijuru ari n’ububasha be n’ubuninahazwa bwinshi+.
7 kugira ngo ntimuhombe ingabirano+ n’imwe, mu gihe murindiranye igishika ihishurwa+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu.
7 mugabo mwebwe abatezwa amakuba ikabaronsa ukuruhurirwa hamwe natwe igihe c’ihishurwa+ ry’Umukama Yezu avuye mw’ijuru ari kumwe n’abamarayika biwe b’ububasha+
8 Ni ho vy’ukuri nya mugarariji azohishurwa, uwo Umukama Yezu azokuzaho impwemu yo mu kanwa kiwe+ akamuhinduza ubusa ukwigaragaza+ kw’ukuhaba kwiwe+.
7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.