ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze bose uko bangana bagwa mu gahundwe+, batangura kuninahaza Imana, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Uno musi turabonye ibintu bitabaho+!”

  • Ivyakozwe 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko bamaze kwongera kubatera ubwoba, barabarekura, kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera abantu+, kuko bose bariko baninahaza Imana ku vyari vyabaye;

  • Abagalatiya 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Baca batangura kuninahaza+ Imana kubera jewe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika