Matayo 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Na mwebwe nyene, mukabona ivyo bintu vyose, muze mumenye ko ari hafi ku miryango+. Luka 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo abajijwe n’Abafarizayo igihe ubwami bw’Imana bwoziye+, abishura ati: “Ubwami bw’Imana ntibuzoza bwibonekeza bimwe bitangaje, Ivyakozwe 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihe rero bari bakoraniye hamwe, batangura kumubaza bati: “Mukama, iki gihe ni ho ugira usubize ubwami+ Isirayeli?” 2 Abatesalonika 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse.
20 Mugabo abajijwe n’Abafarizayo igihe ubwami bw’Imana bwoziye+, abishura ati: “Ubwami bw’Imana ntibuzoza bwibonekeza bimwe bitangaje,
6 Igihe rero bari bakoraniye hamwe, batangura kumubaza bati: “Mukama, iki gihe ni ho ugira usubize ubwami+ Isirayeli?”
2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse.