Matayo 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Kuko bimeze nk’igihe umuntu+ yagira afate urugendo ngo aje mu mahanga+, agahamagaza abashumba biwe akabazeza ivyo atunze+. Mariko 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Bimeze nk’umuntu afashe urugendo aja mu mahanga+ agasiga inzu yiwe, agaha ububasha abashumba biwe, umwe wese akamuha igikorwa ciwe, hanyuma agategeka umurinzi w’umuryango kuguma ari maso. Yohani 18:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”
14 “Kuko bimeze nk’igihe umuntu+ yagira afate urugendo ngo aje mu mahanga+, agahamagaza abashumba biwe akabazeza ivyo atunze+.
34 Bimeze nk’umuntu afashe urugendo aja mu mahanga+ agasiga inzu yiwe, agaha ububasha abashumba biwe, umwe wese akamuha igikorwa ciwe, hanyuma agategeka umurinzi w’umuryango kuguma ari maso.
36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”