Mariko 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Bari mu nzira baduga i Yeruzalemu, Yezu akaba yariko agendera imbere yabo, barumirwa; mugabo abariko barakurikira batangura gutinya. Yongera kwikebukanya bamwe cumi na babiri, atangura kubabwira ibi bintu vyabwirizwa kumushikira+, ati: Luka 9:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Imisi iri mu gukwira ngo aduganwe+, yerekeza amaso yiwe i Yeruzalemu yiyemeje kujayo.
32 Bari mu nzira baduga i Yeruzalemu, Yezu akaba yariko agendera imbere yabo, barumirwa; mugabo abariko barakurikira batangura gutinya. Yongera kwikebukanya bamwe cumi na babiri, atangura kubabwira ibi bintu vyabwirizwa kumushikira+, ati: