Mariko 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vyongeye, atangura kubigisha yuko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi hanyuma akicwa+, maze akazuka haciye imisi itatu+. Mariko 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.” Luka 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.” Luka 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze yikebukanya bamwe cumi na babiri, ababwira ati: “Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi ibintu vyose vyanditswe biciye ku bahanuzi+ ku vyerekeye Umwana w’umuntu bizorangizwa+.
31 Vyongeye, atangura kubigisha yuko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi hanyuma akicwa+, maze akazuka haciye imisi itatu+.
31 Kuko yariko yigisha abigishwa biwe ababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa gutangwa mu maboko y’abantu, kandi bazomwica+, mugabo naho azoba yishwe, azozuka inyuma y’imisi itatu+.”
22 mugabo avuga ati: “Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi no kwiyamirizwa n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa+, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.”
31 Maze yikebukanya bamwe cumi na babiri, ababwira ati: “Ehe tuduze i Yeruzalemu, kandi ibintu vyose vyanditswe biciye ku bahanuzi+ ku vyerekeye Umwana w’umuntu bizorangizwa+.