Habakuki 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ibuye rizoborogera mu ruhome, ikigiga na co kikaryishurira ku gisenge+. Matayo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi ntimwirye akara ngo: ‘Data ni Aburahamu+.’ Kuko ndababwiye yuko Imana ishoboye guhagurukiriza Aburahamu+ abana ibakuye muri aya mabuye.
9 kandi ntimwirye akara ngo: ‘Data ni Aburahamu+.’ Kuko ndababwiye yuko Imana ishoboye guhagurukiriza Aburahamu+ abana ibakuye muri aya mabuye.