Matayo 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yezu abishura ati: “Nanje ndababaza ikintu kimwe. Nimwakimbwira, nanje ndababwira ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+: Mariko 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yezu ababwira ati: “Ndababaza ikibazo kimwe. Munyishure, nanje ndaheza ndababwire ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+.
24 Yezu abishura ati: “Nanje ndababaza ikintu kimwe. Nimwakimbwira, nanje ndababwira ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+:
29 Yezu ababwira ati: “Ndababaza ikibazo kimwe. Munyishure, nanje ndaheza ndababwire ububasha butuma nkora ivyo bintu ubwo ari bwo+.