1 Abatesalonika 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose, Abaheburayo 11:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Egome, abandi bararonse ikigeragezo cabo mu gutwengwa no mu gushishagurwa, mbere n’ibiruta ivyo, mu mvuto+ n’amabohero+.
15 abishe mbere n’Umukama Yezu+ n’abahanuzi+ natwe bakaduhama+. Ikigeretseko, ntibariko bashimisha Imana, ahubwo barwanya ineza y’abantu bose,
36 Egome, abandi bararonse ikigeragezo cabo mu gutwengwa no mu gushishagurwa, mbere n’ibiruta ivyo, mu mvuto+ n’amabohero+.