Matayo 21:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Bamubwira bati: “Kubera ko ari babi, azobatikiza bimwe bibi+, nya murima na wo awuhe abandi barimyi bazomuhereza ivyamwa igihe kigeze+.” Mariko 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None nyen’umurima azokora iki? Azoza yice ba barimyi, nya murima+ na wo awuhe abandi+.
41 Bamubwira bati: “Kubera ko ari babi, azobatikiza bimwe bibi+, nya murima na wo awuhe abandi barimyi bazomuhereza ivyamwa igihe kigeze+.”