Mariko 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None nyen’umurima azokora iki? Azoza yice ba barimyi, nya murima+ na wo awuhe abandi+. Luka 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Azoza yice abo barimyi, nya murima na wo awuhe abandi+.” Bavyumvise bavuga bati: “Ntibikabe!” Ivyakozwe 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”
6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”