Itanguriro 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.” Ivyakozwe 13:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Aho abo mu mahanga bavyumviye, batangura kunezerwa no kuninahaza ijambo rya Yehova+, maze abo bose bari bafise agatima kabereye kotuma baronka ubuzima budahera bacika abemera+.
3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”
48 Aho abo mu mahanga bavyumviye, batangura kunezerwa no kuninahaza ijambo rya Yehova+, maze abo bose bari bafise agatima kabereye kotuma baronka ubuzima budahera bacika abemera+.