Yesaya 39:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Yesaya abwira Hezekiya+ ati: “Niwumve ijambo rya Yehova nyen’ingabo: Yesaya 66:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe abajugumizwa n’ijambo ryiwe+: “Bene wanyu babanka+, bakabaca babahoye izina ryanje+, bavuze ngo: ‘Yehova naninahazwe+!’ Emwe, azoseruka mugire umunezero+, kandi ni bo bazomaramazwa+.” Ivyakozwe 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aho bumviye ivyo bintu, bavyemera ukwo+, baca baninahaza Imana+, bati: “Noneho rero Imana yahaye n’abanyamahanga ukwigaya kugira baronke ubuzima+.” 2 Abatesalonika 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe muri mwebwe+, namwe mwunge ubumwe+ na we, nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana yacu be n’ubw’Umukama Yezu Kristu buri.
5 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe abajugumizwa n’ijambo ryiwe+: “Bene wanyu babanka+, bakabaca babahoye izina ryanje+, bavuze ngo: ‘Yehova naninahazwe+!’ Emwe, azoseruka mugire umunezero+, kandi ni bo bazomaramazwa+.”
18 Aho bumviye ivyo bintu, bavyemera ukwo+, baca baninahaza Imana+, bati: “Noneho rero Imana yahaye n’abanyamahanga ukwigaya kugira baronke ubuzima+.”
12 kugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe muri mwebwe+, namwe mwunge ubumwe+ na we, nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana yacu be n’ubw’Umukama Yezu Kristu buri.