Matayo 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kuko mw’izuka abagabo batarongora canke ngo abagore bashingirwe+, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru. Mariko 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko igihe bazuka mu bapfuye, abagabo ntibarongora canke abagore ngo bashingirwe, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru+. Yohani 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+.
30 kuko mw’izuka abagabo batarongora canke ngo abagore bashingirwe+, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.
25 Kuko igihe bazuka mu bapfuye, abagabo ntibarongora canke abagore ngo bashingirwe, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru+.
29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima+, abagiye barakora ivy’agahomerabunwa bakazukira urubanza+.