Yesaya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo bahindire abantu batobato kure y’urubanza no kugira ngo banyage ubutungane abarushwa bo mu bantu banje+, kugira ngo abapfakazi bacike isahu ryabo, no kugira ngo basahure n’impfuvyi*+! 2 Timoteyo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko muri abo ari ho hava ba bantu bacengetera ku rwenge mu ngo+ bagatwara nk’imbohe zabo abagore bagoyagoya baremerewe n’ibicumuro, batwarwa n’ivyipfuzo bitari bimwe+,
2 kugira ngo bahindire abantu batobato kure y’urubanza no kugira ngo banyage ubutungane abarushwa bo mu bantu banje+, kugira ngo abapfakazi bacike isahu ryabo, no kugira ngo basahure n’impfuvyi*+!
6 Kuko muri abo ari ho hava ba bantu bacengetera ku rwenge mu ngo+ bagatwara nk’imbohe zabo abagore bagoyagoya baremerewe n’ibicumuro, batwarwa n’ivyipfuzo bitari bimwe+,