Mariko 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma atora igikombe, arakenguruka maze arakibaha, bose bakinywako+. 1 Abakorinto 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?
16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?