Matayo 26:74 Bibiliya y’isi nshasha 74 Maze atangura kurahira yisiba ati: “Uwo muntu sindamuzi!” Buno nyene isake irabika+. Mariko 14:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Mugabo atangura kurahira yisiba+ ati: “Uwo muntu muvuga sindamuzi+.” Yohani 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ariko Petero yongera kubihakana; buno nyene isake ica irabika+.