Yesaya 66:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi bintu vyose rero ukuboko kwanje kwarabikoze, ku buryo ivyo vyose vyabayeho+,” ni ko Yehova avuze. “Uyu rero ni we nzokwitegereza: umuntu w’umurushwa, adogombwa mu mutima+, ajugumizwa n’ijambo ryanje+. Ezekiyeli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abacitse kw’icumu babo ntibazobura guhunga+, ku misozi bacike nk’inuma zo mu mibande+ zinihagira zose, umwe wese mw’ikosa ryiwe. 1 Abakorinto 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko rero, uwiyumvira ko ahagaze yiyubare ntagwe+. 2 Abakorinto 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.
2 “Ibi bintu vyose rero ukuboko kwanje kwarabikoze, ku buryo ivyo vyose vyabayeho+,” ni ko Yehova avuze. “Uyu rero ni we nzokwitegereza: umuntu w’umurushwa, adogombwa mu mutima+, ajugumizwa n’ijambo ryanje+.
16 Abacitse kw’icumu babo ntibazobura guhunga+, ku misozi bacike nk’inuma zo mu mibande+ zinihagira zose, umwe wese mw’ikosa ryiwe.
10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.