Gusubira mu vyagezwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwupfa akwiye kwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntazokwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe n’icabona kimwe+.
6 Uwupfa akwiye kwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntazokwicwa bivuye ku ntahe ishinzwe n’icabona kimwe+.