Yohani 18:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Pilato amubwira ati: “Ukuri ni iki?” Amaze kuvuga ivyo, yongera gusohoka aja ku Bayuda, ababwira ati: “Nta kosa mbona muri we+. Abaheburayo 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+. 1 Petero 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi nta buhendanyi bwabonetse mu kanwa kiwe+.
38 Pilato amubwira ati: “Ukuri ni iki?” Amaze kuvuga ivyo, yongera gusohoka aja ku Bayuda, ababwira ati: “Nta kosa mbona muri we+.
26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+.