Matayo 27:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Pilato abonye ko ata ciza bivuyemwo, ahubwo ko hariko havyuka intureka, yakira amazi+, akarabira imbere ya nya sinzi, avuga ati: “Jewe ndacuna ku maraso y’uyu muntu. Birabaraba.” Luka 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Pilato abwira abakuru b’abaherezi n’amasinzi ati: “Nta caha mbona muri uyu muntu+.” Yohani 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko ni ukugira ijambo ryanditswe mw’Itegeko ryabo riranguke, irivuga ngo: ‘Banyankiye ubusa+.’
24 Pilato abonye ko ata ciza bivuyemwo, ahubwo ko hariko havyuka intureka, yakira amazi+, akarabira imbere ya nya sinzi, avuga ati: “Jewe ndacuna ku maraso y’uyu muntu. Birabaraba.”