Matayo 27:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bosha ya masinzi ngo asabe Baraba+, Yezu na we yicwe. Mariko 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo abakuru b’abaherezi bagumura iryo sinzi ngo ahubwo rimusabe arirekurire Baraba+. Yohani 18:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze bongera gusemerera bati: “Ntabe uwo muntu, ahubwo turekurire Baraba!” Baraba na we yari umwambuzi+.
20 Mugabo abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bosha ya masinzi ngo asabe Baraba+, Yezu na we yicwe.
40 Maze bongera gusemerera bati: “Ntabe uwo muntu, ahubwo turekurire Baraba!” Baraba na we yari umwambuzi+.