Yeremiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.
3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.