Yesaya 53:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+.
9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+.