Matayo 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Inyuma y’isabato, mu bucagucagu ku musi wa mbere w’iyinga, Mariya Magadalena n’umwe Mariya wundi baza kuraba imva+. Mariko 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Isabato+ imaze kurengana, Mariya Magadalena+ na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome, bagura ibimota kugira ngo baze, bamusige+. Yohani 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku musi wa mbere+ w’iyinga, Mariya Magadalena aza ku mva kare hakiri mu kajoro, abona rya buye ryamaze gukurwa ku mva+.
28 Inyuma y’isabato, mu bucagucagu ku musi wa mbere w’iyinga, Mariya Magadalena n’umwe Mariya wundi baza kuraba imva+.
16 Isabato+ imaze kurengana, Mariya Magadalena+ na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome, bagura ibimota kugira ngo baze, bamusige+.
20 Ku musi wa mbere+ w’iyinga, Mariya Magadalena aza ku mva kare hakiri mu kajoro, abona rya buye ryamaze gukurwa ku mva+.