ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko batari bwatahure icanditswe kivuga yuko ategerezwa kuzuka mu bapfuye+.

  • Abafilipi 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,

  • Abaheburayo 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 mugabo tubona Yezu, uwagizwe uwuri munsi gatoyi y’abamarayika+, yambitswe urugori rw’ubuninahazwa+ n’iteka ku bwo kuba yarashikiwe n’urupfu+, kugira ngo biciye ku buntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ahonjereze urupfu umuntu wese+.

  • 1 Petero 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Bagumye batohoza ikiringo nyezina+ canke ubwoko bw’ikiringo impwemu+ yari muri bo yariko yerekana ku vyerekeye Kristu+, igihe yashinga intahe imbere y’igihe ku vyerekeye imibabaro ibikiwe Kristu+ no ku vyerekeye ubuninahazwa+ bwari kuyikurikira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika