ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo yaracumitwa+ azira ukugabitanya kwacu+; yarajanjagurwa azira amakosa yacu+. Uguhanwa kwo kutuzanira amahoro kwari kuri we+, kandi kubera ibikomere vyiwe+ twarashoboye gukira+.

  • Abaroma 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko nimba bivuye kw’ikosa ry’umuntu umwe+ urupfu rwaraganje+ biciye kuri uyo, abaronka ubuntu ata wari abukwiriye bugwiriye+ be n’ingabirano ya gusa+ y’ubugororotsi bazorushiriza kuganza+ mu buzima biciye kuri uyo muntu umwe, Yezu Kristu+.

  • 1 Timoteyo 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika