1 Petero 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Erega, na Kristu yapfuye rimwe rizima kubera ibicumuro+, umuntu w’umugororotsi apfira abatari abagororotsi+ kugira ngo abajane ku Mana+, yicwa mu mubiri+ mugabo agirwa muzima mu mpwemu+. Ivyahishuwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 no kuri Yezu Kristu, “ca Cabona Cizigirwa+,” “Imfura mu kuva mu bapfuye+,” n’“Umutware w’abami b’isi+.” Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe bwite+—
18 Erega, na Kristu yapfuye rimwe rizima kubera ibicumuro+, umuntu w’umugororotsi apfira abatari abagororotsi+ kugira ngo abajane ku Mana+, yicwa mu mubiri+ mugabo agirwa muzima mu mpwemu+.
5 no kuri Yezu Kristu, “ca Cabona Cizigirwa+,” “Imfura mu kuva mu bapfuye+,” n’“Umutware w’abami b’isi+.” Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe bwite+—