Luka 1:80 Bibiliya y’isi nshasha 80 Wa mwana mutoyi na we abandanya gukura+ no gukomera mu mpwemu, kandi aguma mu bugaragwa gushika umusi wo kwiyereka Isirayeli icese. Luka 2:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.
80 Wa mwana mutoyi na we abandanya gukura+ no gukomera mu mpwemu, kandi aguma mu bugaragwa gushika umusi wo kwiyereka Isirayeli icese.
52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.