Luka 2:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nya mwana mutoyi abandanya gukura no gukomera+, yuzura ubukerebutsi, ubutoni bw’Imana+ na bwo buguma kuri we.
40 Nya mwana mutoyi abandanya gukura no gukomera+, yuzura ubukerebutsi, ubutoni bw’Imana+ na bwo buguma kuri we.