Matayo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+. Matayo 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Igiti cose kitama ivyamwa vyiza, kiracibwa kigatererwa mu muriro+. Yohani 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo umuntu atagumye yunze ubumwe nanje, aratabwa hanze nk’ishami, akuma. Hanyuma abantu baregeranya ayo mashami, bakayaterera mu muriro, agasha+.
10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+.
6 Iyo umuntu atagumye yunze ubumwe nanje, aratabwa hanze nk’ishami, akuma. Hanyuma abantu baregeranya ayo mashami, bakayaterera mu muriro, agasha+.