Ezekiyeli 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Erega ni ico gushirwa mu muriro kikaba inkwi+. Amasonga yaco yompi umuriro urayarigata, no hagati yaco hagasha+. None hari igikorwa na kimwe cokoreshwa? Matayo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+. Abaroma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+. Abaheburayo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+, Abaheburayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+. 1 Yohani 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bavuye muri twebwe, mugabo ntibari abo muri twebwe+; kuko iyo baba abo muri twebwe, bari kugumana natwe+. Mugabo baratuvuyemwo kugira ngo vyerekanwe yuko bose atari abo muri twebwe+.
4 Erega ni ico gushirwa mu muriro kikaba inkwi+. Amasonga yaco yompi umuriro urayarigata, no hagati yaco hagasha+. None hari igikorwa na kimwe cokoreshwa?
10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+.
20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.
4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+,
8 Mugabo iyo bumeze amahwa n’ibitovu, burahebwa, kandi buba buri hafi kuvumwa+; kandi buruhira guturirwa+.
19 Bavuye muri twebwe, mugabo ntibari abo muri twebwe+; kuko iyo baba abo muri twebwe, bari kugumana natwe+. Mugabo baratuvuyemwo kugira ngo vyerekanwe yuko bose atari abo muri twebwe+.