Itanguriro 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aka ni ko kahise ka Shemu+. Shemu yari afise imyaka ijana igihe yavyara Arupakishadi+, hashize imyaka ibiri umwuzure ubaye.
10 Aka ni ko kahise ka Shemu+. Shemu yari afise imyaka ijana igihe yavyara Arupakishadi+, hashize imyaka ibiri umwuzure ubaye.