Gusubira mu vyagezwe 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntimukageze Yehova Imana yanyu+, kumwe mwamugeza i Masa+. 1 Abakorinto 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Eka kandi ntitukageze Yehova+, nk’uko bamwe muri bo bamugejeje+, bakamarwa n’inzoka+.