Yesaya 52:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+.
13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+.