Matayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.” Luka 18:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Bayibwira bati: “Yezu Umunyanazareti ariko ararengana+!” Yohani 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.” Ivyakozwe 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Bagabo ba Isirayeli, nimwumve aya majambo: Yezu Umunyanazareti+, umugabo Imana yaberetse icese biciye ku bikorwa vy’ububasha+ n’ibitangaza n’ibimenyetso Imana yakoreye hagati yanyu+ biciye kuri we, nk’uko mwebwe ubwanyu mubizi,
23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”
19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”
22 “Bagabo ba Isirayeli, nimwumve aya majambo: Yezu Umunyanazareti+, umugabo Imana yaberetse icese biciye ku bikorwa vy’ububasha+ n’ibitangaza n’ibimenyetso Imana yakoreye hagati yanyu+ biciye kuri we, nk’uko mwebwe ubwanyu mubizi,