Matayo 27:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.” Mariko 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ivyandiko vy’ikirego+ aregwa vyandikwa hejuru yiwe ngo: “Umwami w’Abayuda+.” Luka 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hariho kandi icandiko hejuru yiwe kivuga ngo: “Uyu ni umwami w’Abayuda+.”
37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.”