Matayo 27:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.” Mariko 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ivyandiko vy’ikirego+ aregwa vyandikwa hejuru yiwe ngo: “Umwami w’Abayuda+.” Yohani 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”
37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.”
19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”