Matayo 27:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.” Luka 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hariho kandi icandiko hejuru yiwe kivuga ngo: “Uyu ni umwami w’Abayuda+.” Yohani 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”
37 Vyongeye, bamanika hejuru y’umutwe wiwe ikirego aregwa, canditse ngo: “Uyu ni Yezu Umwami w’Abayuda+.”
19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”