Mariko 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ivyandiko vy’ikirego+ aregwa vyandikwa hejuru yiwe ngo: “Umwami w’Abayuda+.” Luka 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hariho kandi icandiko hejuru yiwe kivuga ngo: “Uyu ni umwami w’Abayuda+.” Yohani 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”
19 Pilato yandika kandi icandiko, agishira kuri ca giti co kubabarizwako. Cari canditswe ngo: “Yezu Umunyanazareti Umwami w’Abayuda+.”