Mariko 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko inkuru yiwe ikwiragira buno nyene mu mihingo yose, mu ntara yose hirya no hino i Galilaya+. Luka 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo amakuru amwerekeye arushiriza gukwiragira, kandi amasinzi menshi yaratororokanira hamwe kugira ngo bumvirize no kugira ngo bakizwe indwara zabo+.
15 Mugabo amakuru amwerekeye arushiriza gukwiragira, kandi amasinzi menshi yaratororokanira hamwe kugira ngo bumvirize no kugira ngo bakizwe indwara zabo+.