Mariko 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko akiza abantu benshi bari barwaye indwara zitari zimwe+, arirukana n’amadayimoni menshi, mugabo ntiyayareka ngo avuge, kuko ano yari amuzi ko ari Kristu+.
34 Nuko akiza abantu benshi bari barwaye indwara zitari zimwe+, arirukana n’amadayimoni menshi, mugabo ntiyayareka ngo avuge, kuko ano yari amuzi ko ari Kristu+.