Matayo 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma bamuzanira umuntu amugaye aryamye ku gitanda+. Yezu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Rema, kibondo; ibicumuro vyawe birababariwe+.” Mariko 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Buno abantu baza bamuzaniye ikimuga kireruwe na bane+.
2 Hanyuma bamuzanira umuntu amugaye aryamye ku gitanda+. Yezu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Rema, kibondo; ibicumuro vyawe birababariwe+.”