Mariko 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo kubera batashoboye kugishikana aho Yezu ari kubera isinzi, bakurako ibisakazo hejuru y’aho yari ari, hanyuma bamaze kuhatobora, bururutsa inderuzo nya kimuga cari kiryamyeko+.
4 Mugabo kubera batashoboye kugishikana aho Yezu ari kubera isinzi, bakurako ibisakazo hejuru y’aho yari ari, hanyuma bamaze kuhatobora, bururutsa inderuzo nya kimuga cari kiryamyeko+.