Matayo 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Na we aca arahaguruka, aritahira. Mariko 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aca arahaguruka, buno nyene atora inderuzo yiwe, asohoka bose bamubona+, bose bagwa mu gahundwe, baninahaza Imana, bavuga bati: “Ntitwari bwigere tubona ikintu nk’ico+.” Ivyakozwe 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko bamaze kwongera kubatera ubwoba, barabarekura, kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera abantu+, kuko bose bariko baninahaza Imana ku vyari vyabaye; Abagalatiya 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Baca batangura kuninahaza+ Imana kubera jewe.
12 Aca arahaguruka, buno nyene atora inderuzo yiwe, asohoka bose bamubona+, bose bagwa mu gahundwe, baninahaza Imana, bavuga bati: “Ntitwari bwigere tubona ikintu nk’ico+.”
21 Nuko bamaze kwongera kubatera ubwoba, barabarekura, kubera bataronse imvo n’imwe yo kubahana no kubera abantu+, kuko bose bariko baninahaza Imana ku vyari vyabaye;