Matayo 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umuntu, umwami, yatunganirije umuhungu wiwe inzimano y’ubugeni+. 2 Abakorinto 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+. Ivyahishuwe 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Tunezerwe kandi dusesekare umunezero, kandi tumuhe ubuninahazwa+, kuko ubugeni+ bwa wa Mwagazi w’intama bushitse+, kandi n’umugore wiwe yiteguye+.
2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.
7 Tunezerwe kandi dusesekare umunezero, kandi tumuhe ubuninahazwa+, kuko ubugeni+ bwa wa Mwagazi w’intama bushitse+, kandi n’umugore wiwe yiteguye+.