-
Matayo 8:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 iti: “Mutungwa, umusuku wanje aryamye mu nzu kubera ubumuga, akaba ababazwa bimwe biteye ubwoba.”
-
-
Yohani 4:47Bibiliya y’isi nshasha
-
-
47 Aho uyo muntu yumviye ko Yezu yari yavuye i Yudaya akinjira i Galilaya, aja kuri we hanyuma atangura kumusaba kumanuka agakiza umwana wiwe, kuko yari mu gupfa.
-