Matayo 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo ivuka rya Yezu Kristu ryagenze gutya: Mu gihe nyina wiwe Mariya yari asabwe+ na Yozefu, basanze yibungenze bivuye ku mpwemu nyeranda+, imbere y’uko babirana. Luka 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira yandikanwe na Mariya+, uwo yari yahawe ngo babane nk’uko yari yarasezeraniwe+, ico gihe akaba yari aremerewe n’imbanyi+.
18 Mugabo ivuka rya Yezu Kristu ryagenze gutya: Mu gihe nyina wiwe Mariya yari asabwe+ na Yozefu, basanze yibungenze bivuye ku mpwemu nyeranda+, imbere y’uko babirana.
5 kugira yandikanwe na Mariya+, uwo yari yahawe ngo babane nk’uko yari yarasezeraniwe+, ico gihe akaba yari aremerewe n’imbanyi+.