Matayo 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ntiyaryamanye+ na we gushika avyaye umwana w’umuhungu+; araheza amwita Yezu+. Luka 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 ku mwigeme w’isugi yari yasezeraniwe umugabo yitwa Yozefu wo mu nzu ya Dawidi; uwo mwigeme+ akaba yitwa Mariya+.
27 ku mwigeme w’isugi yari yasezeraniwe umugabo yitwa Yozefu wo mu nzu ya Dawidi; uwo mwigeme+ akaba yitwa Mariya+.